\v 18 Yongera kugamba go: ubwami bw'Imana bwoshushanywa n'iki? Cangwa nobugereranya n'iki?\v 19 Bwoshushanywa n'imbuto ya Sinapi y'umuntu yafashe ayitera mu murima gwe; irakura, ihinduka igiti kinini, kandi inyoni zo mukirere zarika mu matabi gaco.