\v 24 Ni mwitegereze ibikona: ntaho bihingaga kandi ntaho bisaruraga, ntaho bigiraga aho kubika cangwa ikigega, ariko Imana irabigaburiraga. Mbesi mwewe ntaho muruta inyoni kure na kure ? \v 25 Ninde muri mwewe, mu kwiganyira kwe, yoshobora kwiyongerera kurama kwe ho intambwe imwe ?\v 26 Niba mutoshobora ikintu gitoya nk'ico, ni kuki si mwiganyiraga ku bindi?