2016-09-06 04:59:38 +00:00
|
|
|
Bumeze guca, arasohoka aja ahandu hadatuwe. Abantu benci baja kumushakisha hose, bagera aho ari bashaka kumuguma na kugira ngo atangera kugenda. Ariko arababwira ngo: Ngomba no gucura umwaze guboneye g'Ubwami bw'Imana muyindi miji; kuberako arico canzanye. Nuko yigishiriza muma Sinagogi g'i Galilaya.
|