\v 7 Ubwoko bwose bw'ibisimba byo mu ishamba, inyono, ibikururuka, n'ibiremwa byo mu mazi, abantu bashobora kubimenyereza,\v 8 kandi byaramenyerejwe kubana n'abantu. Ariko nta muntu n'umwe ushobora kumenyereza ururimi. ni ububi buriho, rwuzuye uburozi bwica.