\v 15 Iyo bashaka gusubira iyo bavuye, baba barabonye umwanya go gusubiryo. \v 16 Ariko none, barashaka ahera cane niho mw'ijuru. niyo mpavu Imana itagira isano yo kwitwa Imana yabo, kuko yabateguriye umugi.