auto save
This commit is contained in:
parent
d48a23f264
commit
82e4580e76
|
@ -1 +1 @@
|
|||
\v 12 Mwirinde rero, bavandimwe, hatagira umwe muri mwewe, ugira umutima mubi kandi gutizeraga kugeza aho yaha umugongo Imana yacu Ihoraho. \v 13 Ariko mufashanye buri musi, buri gihe cose dushoboye kugamba ngo : " None, kugira ngo hatagira umwe muri mwewe winangira umutima, kubera gukururwa n'ibyaha.
|
||||
\v 12 Mwirinde rero, bavandimwe, here kuba umwe muri mwewe umuntuumutima mubi kandi gutizeraga kugeza aho yaha umugongo Imana yacu Ihoraho. \v 13 Ariko mufashanye buri musi, buri gihe cose dushoboye kugamba ngo : " None, kugira ngo hatagira umwe muri mwewe winangira umutima, kubera gukururwa n'ibyaha.
|
Loading…
Reference in New Issue