From 2cd693db8072b43f30e4eb1d38ba0a1a65f34318 Mon Sep 17 00:00:00 2001 From: faustin-azaza <> Date: Sun, 9 Sep 2018 16:57:19 +0800 Subject: [PATCH] auto save --- 12/01.txt | 2 +- 1 file changed, 1 insertion(+), 1 deletion(-) diff --git a/12/01.txt b/12/01.txt index da2df5b..8e7ab7a 100644 --- a/12/01.txt +++ b/12/01.txt @@ -1 +1 @@ -\v 1 Natwe rero, ubwo tuzungurukirwe n'igicu kinini guco c'abadimwe , dute kure umutwaro gose, n'icaha cose kitwifungiyeho cose, kandi tugendere mu nzira twapangiwe twihangenye. \v 2 Dutumbize amaso Yesu, Umutware n'umurinzi wo kwizera kwacu. Uwo kubera umunezero go yabikiwe, yihangenye , yababejwe k'umusaraba, yahinduwe busha no kumwazwa, nuko yikeye iburyo bw'intebe y'ubwami y'Imana. \v 3 Mutekereze kuri uwo wihanganiye ubwo bugome bw'abanyabyaha, kugira ngo mwere kugura imitima yihebye. \ No newline at end of file +\v 1 Natwe rero, kuko tuzungurukirwe n'igicu kigari c'abadimwe, dute kure umutwaro gose, n'icaha cose kitwifungiyeho cose, kandi tugendere mu nzira twapangiwe twihangenye. \v 2 Dutumbize amaso Yesu, Umutware n'umurinzi wo kwizera kwacu. Uwo kubera umunezero go yabikiwe, yihangenye , yababejwe k'umusaraba, yahinduwe busha no kumwazwa, nuko yikeye iburyo bw'intebe y'ubwami y'Imana. \v 3 Mutekereze kuri uwo wihanganiye ubwo bugome bw'abanyabyaha, kugira ngo mwere kugura imitima yihebye. \ No newline at end of file