2016-07-18 12:32:21 +00:00
|
|
|
\v 7 Bakundwa, mukundane kubera ko Imana yacu ari Urukundo. Na buri muntu ukurikizaga ukuri yabwawe n' Imana.\v 8 Urukundo rw' Imana rwarigaragaje kuri twebwe igihe Imana yatumye Umwana wayo kugira ngo abe igitambo co gukuraho ibyaha byacu.
|